Murisanga

  • Diane Nininahazwe

Your browser doesn’t support HTML5

Muri Murisanga y'uno munsi, Gabriel Rufyiri aheruka guhunguka, arasigura uko yasanze mu Burundi n'ico agona inyuma yo kwankirwa kuremesha ikiganiro n'abamenyeshamakuru, ku kibazo c'ama pikipiki, amakinga na za Tukutuku zitemerewe gushika mu bibanza bimwe bimwe vy'i Bujumbura.