Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Mu kiganiro, Murisanga, co kuri uyu wa gatanu turavuga ku nama yahuje abategetsi b’ishirahamwe ry'ubumwe bw'Ubulaya n’abategetsi b'ibihugu birenga 40 vyo muri Afrika. Iyi nama yabaye hagati y’italiki 17 na 18 z’ukwezi kwa kabiri kw’uyu mwaka i Bruxelles ku murwa mukuru w'Ububiligi.