Amakuru y'Akarere

  • Diane Nininahazwe

Your browser doesn’t support HTML5

Ubushikiranganji bushinzwe impunzi mu Rwanda buhamagarira impunzi zifise canke zirangura ibikorwa bivyara inyungu kwegera amabanki n’ibigo bitanga ingurane kugira zihabwe amadeni yo kwiteza imbere.