Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Reta y’Uburundi isaba igihugu c'Ubufaransa kudasubira gufasha ibinyamakuru bigwanya ubutegetsi vyaba ibiri mu Burundi canke hanze. Umushikiranganji ajejwe igisata co kumenyesha Amakuru mu Burundi yabitangaje kuri uyu wa gatanu