Iwanyu mu ntara

Your browser doesn’t support HTML5

Itsinda ry'igihugu rishinzwe uburenganzira bwa muntu mu Burundi riratangaza ko umwaka ushize muri icyo gihugu hishwe abantu 42. Icyegeranyo gitangaza iby'izo mpfu cyagejejwe ku ntego ishinga amategeko y'Uburundi ejo ariko perezida wayo Daniel Gerase Ndabirabe acyemera. Avuga ko kibogamye