Uburundi Burashima ko Ubulaya Bwakuyeho Ibihano vy'Ubutunzi

Albert Shingiro umushikiranganji w'imigenderanire n'amakungu mu Burundi

Reta y’Uburundi irashima ingingo yaraye ifashwe n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Bulaya yo gukura ico gihugu mu bihano vy’ubutunzi vyari bimaze imyaka itandatu.

Umushikirangaji w’imigenderanire y’Uburundi n’amakungu, Albert Shingiro yamenyesheje ko ari ingingo ije gushimangira ko muri ico gihugu amahoro n’umutekano vyasasagaye kuko ari ibihano vyari vyafashwe hafatiwe kw’ihonyangwa ry’agateka ka zina muntu n’umutekano muke.

Your browser doesn’t support HTML5

Uburundi Birashima ko Ubulaya Bwakuyeho Ibihano vy'Ubutunzi Bwari Bwarafatiwe