Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Prezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye asaba indongozi za iCNDD/FDD guhagarika ingendo yo gutoteza abanyagihugu batawuri muri uwo mugambwe. Imisunikano yo muri Ekleziya muri Liberiya Yahitanye Abantu 29