Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Reta y'Uburundi iragabisha abatozakori bo ku murwa mukuru w'ubutunzi I Bujumbura bagirizwa kunyuruza amamiliyoni n'amamiliyoni.
Muri Afurika y’Epfo hubutse ubundi bwoko bushasha bwa Virusi ya corona
Bombe bikekwa ko yatezwe na al-shabab kw’ishure riri i Mogadisho ku murwa mukuru wa Somaliya yahitanye abababa 10