Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Abanyagihugu bakomeje muri Kongo bakomeje guhungira muri Uganda Umushikiranganji w'ubudandaji mu Burundi yisiguye imbere y'inama nshingamateka ku kibazo c'isukari n'igitoro Muri Etiyopiya abahunga bavuga ko bagabwako ibitero