Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Mu Burundi, umurwi w'igihugu ujejwe kunywanisha Abarundi CVR urahakana ivyo umaze imisi wagirizwa ko witiranya ibiziga vy'abantu uzura vyose ukavyitirira Abahutu bagandaguwe muri 1972.
Dosiye ya Rusesabagina mu Mubonano w'Abadepite ba EU n'u Rwanda
Amakungu akomeje kuremera Etiyopiya mu gihe ingabo za Tigreya ziriko zitera zegera umurwa mukuru Addis Ababa