Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba kw'Ijwi ry'Amerika: Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryifuza kwongereza ibitigiri vy'abasirikare b'Abarundi bari mu bikorwa vyo kugarukana amahoro n'umutekano muri Republika ya Centrafrika.
U Rwanda na Senegali vyasinye amasezerano yo kuzokubakwamo amahinguriro akora incanco z’ukwirinda ikiza ca Covid-19.
Reta ya Tanzaniya yatangaje ko ata bwene gihugu izotanga ku mpunzi z’Abarundi zahungiye mw’ikambi za Nduta, Nyarugusu na Mtendeli.