Amakuru Agezweho mu Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Ingingo nkuru zigize amakuru y'uno munsi: Muri Kongo, Abanyamulenge 58 bari banyurujwe n'abarwanyi ba Mai Mal barekuwe. Mu Burundi, ibihuha vy'ingaruka z'urucanco rwa Covid-19 vyatanguye kugira ingaruka mbi.