Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo nkuru z'amakuru yo kuri uno mugoroba: Ku wa kane w’ino ndwi, aha muri Amerika mu gisagara ca Dallas muri Leta ya Texas hazokoranira inama ifatwa nk'igitarurwa gihuza abacuruzi b'imigabane y'Afurika n'Amerika. Mu yagezweho kw'isi, Aljeriya yihanikirije indege zegukira igisirikare c’Ubufaransa kugurukira ku butaka bwayo.