Inama nshingamateka yemeje amazina abiri: Prosper Bazombanza nk’icegera c’umukuru w’igihugu na Allain Guillaume Bunyoni nk ‘umushikiranganji wa mbere. Batanzwe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye. Bazorahira kugira Ku munsi wa gatatu w’iyi ndwi kugira batangure Amabanga yabo
Burundi: Bazombanza Yagizwe Icegera c'Umukuru w'Igihugu
Visi-Prezida Bazombanza Prosper ari mu nteko rusange ya ONU muri 2014