Umugambwe CNDD-FDD, watangurije isekeza ryo kuzotora ego mu matora yo kwemeza canke guhakana ihinyanyurwa ry'ibwirizwa shingiro mu ntara ya Gitega.
Presida Nkurunziza, abategetsi batandukanye b'igihugu no mu mugambwe CNDD-FDD , bamwe mu baserukira ibihugu bari baje mrui komine ya bugendana ahabereye ico gikorwa.
Abafashe ijambo n'umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD hamwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi.
Umumenyeshamakuru Fidele d'Antoine Nsabimana, Ijwi rya Amerika, i Gitega:
Your browser doesn’t support HTML5