Impunzi 10 z'Abarundi Zahagaritswe mw'Ikambi ya Nduta

Impunzi z’Abarundi zirenga icumi harimwo abaserukira abandi barafungiwe mw’ikambi y’impunzi I Nduta muri Tanzaniya.

Abandi batatu na bo bungururijwe mw'ibohero riri ku mugwa mukuru w’intara ya Kigoma iyo kambi irimwo. Bagirizwa ko boba bafitaniye imigenderanire n’imigwi y’abarwanyi irwanya reta y’Uburundi.

Ni inkuru y'umemenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Pierre Claver Niyonkuru, ari i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya.

Your browser doesn’t support HTML5

Bamwe mu barundi barongoye impunzi bahagaritswe