Noheli Ishitse mu Gihe Ubukene Bwibonekeza

Umwana w'umuhungu yahunze uruhagarara rwa politike mu Burundi

Umwana w'umuhungu yahunze uruhagarara rwa politike mu Burundi

Kur’ uyu musi w’Imana ushira Noheli ku muhingamo, eka no mu gatondo mw’isoko rikuru rya Gitega, ahadandarizwa impuzu n’ibirato, abadandaza bagabanije ibiciro. Abakiriya ni benshi baza kuraba, ariko bagenda bataguze.

Abanyagihugu bavuganye n’ijwi ry’Amerika bavuga kw’ uwo musi mukuru ushitse bari mu bukene.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Gitega bahimiriza abo barongoye kwigumya mur’ ino misi mikuru, ntibahave basesagura umwimbu wabo, ngo baze baheze binjiranwe na kigoyi mu nyuma.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu ntara ya Gitega Fidele d'Antoine Nsabimana araduah insiguro.

Your browser doesn’t support HTML5

Noheli Yizihijwe gute muri Gitega?