Ibiganiro Bihuza Abarundi Vyasubiye Gutangura Arusha

Ibiganiro Hagati y'Abarundi

Ibiganiro bihuza Abarundi vyatanguye kur’uyu wa mbere i Arusha muri Tanzaniya. Reta y'Uburundi yitavye ivyo biganiro.

Abaserukira abatavugarumwe na reta hamwe n'abashirahamwe yigenga bahunze igihugu, ntibitavye. Ibiro vy'umuhuza bivuga ko habwirizwa kuboneka amasezerano yo kugarukana amahoro mu Burundi.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika I Arusha Pierre Claver Niyonkuru ni we yaduteguriye inkuru

Your browser doesn’t support HTML5

Ibiganiro vy'incuro Igira Kane bihuza Abarundi Vyatanuye i Arusha