Burundi: Kafando Aremeza kw’Ibiganiro Bizosubira Vuba.

Archives

Ibiganiro bihuza Abarundi bigiye gusubira gutumwako muri Tanzaniya nk’uko vyemezwa na Michel Kafando, intumwa idasanzwe ya ONU mu Burundi.

Kafando atangaje iyo nkuru inyuma y'urugendo rw'indwi rwamushikanye mu Burundi aho yabonanye n’abategetsi batari bake hamwe no muri Tanzaniya aho yabonanye n’umwunganirizi mu biganiro vy’Abarundi.

Kafando yemeza ko yishimiye imibonano yagiranye n'abantu batandukanye, nk’uko tubibwirwa n’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, i Bujumbura mu Burundi.

Your browser doesn’t support HTML5

Inkuru ya Eloge