Imyiyerekano Yokwamagana Abafaransa I Bujumbura

Your browser doesn’t support HTML5

Leta y'Uburundi yatunganije imyiyerekano yo kwiyamiriza igihugu c'Ubufaransa. Igasigura ko ari ukwerekana akababaro kubera ingingo ico gihugu cajanye muri ONU yo gusaba irungikwa ry’abapolisi mpuzamakungu 228. Umviriza inkuru