Umushikiranganji w'imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu avuga ko Uburundi buzobandanya busaba ko imyimenyerezo ya gisirikare ikorerwa mu makambi y'impunzi mu Rwanda ihagarara.
Alain Nyamitwe amenyesha ko ubu bitakiri imbeshere ko iyo myimenyerezo ikorwa kuko n'amashirahamwe mpuzamakungu nka Refugee International yavyemeje.
Your browser doesn’t support HTML5
Nta gisilikare cemewe mu makambi y'impunzi