Urwego rw’igihugu rujejwe gucungera ingene ibinyamakuru n'amaradiyo bikora mu Burundi, rusaba abamenyeshamakuru gukora bisunze akarangamutima kw’umwuga; badashikuza, kandi baha ijambo impande zose.
Umukuru w’urwo rwego, Richard Giramahoro, yasohoye itangazo kur’uyumusi wa gatatu, yongera atumira abamenyeshamakuru bakorera ibinyamakuru bidafise icicaro mu Burundi, kugira bibukanye ivy’amategeko abasaba.
Your browser doesn’t support HTML5