Burundi: Kubaha Ikiremwa Muntu Bihabwe Agaciro

  • Frederic Nkundikije

Abarundi bahunze kubera umutekano muke

Umukuru w’umurwi w’igihugu ujejwe agateka ka zima muntu, Jean Baptist Baribonekeza hamwe n’umukuru w’ikinyamakuru Iwacu Antoine Kaburahe, baratera akamo abarundi kabasaba kuvavanura n’umutima wo kwihorana hamwe n’akanyarigabo.

Umukuru w’umurwi w’igihugu ujejwe agateka ka zima muntu, Jean Baptiste Baribonekeza hamwe n’umukuru w’ikinyamakuru Iwacu Antoine Kaburahe, baratera akamo abarundi kabasaba kuvavanura n’umutima wo kwihorana hamwe n’akanyarigabo.

Mu kiganiro "Murisanga" kw'Ijwi rya Amerika, abo bashingantahe barashikirije ivyiyumviro vyabo ku kuntu ubwicanyi bwabaye ndanse mur’iki gihe bwohagarara.

Your browser doesn’t support HTML5

Akamo gasaba abarundi guhagarika inyifato yo kumarana