Umukuru w’Intwaramiheto Mu Burundi Yararusimvye

Jenerali Prime Nyongabo

Umukuru w'intwazamiheto mu Burundi, Jenerali Prime Niyongabo, kuwa gatanu tariki ya 11 y'ukwa cyenda 2015 yaratewe n'umurwi w'abantu batazwi, bitwaje ibigwanisho.

​Umuvugizi w’igisirikare, Gaspard Baratuza yabwiye Ijwi rya Amerika kw’abasirikare b’Uburundi bane baguye mur’ico gitero hamwe na babiri bari mur’abo bantu bateye.

Umwe mu bantu bateye yarakomeretse kandi yarafashwe, akaba mur’iki gihe ariko aravugwa. Ni mu kiganiro yahaye Ijwi ry'Amerika nyuma y'icyo gitero.

Your browser doesn’t support HTML5

Umukuru w'Intwaramiheto mu Burundi Yararusimvye