Mu Burundi, urwaruka rwo muri komini Ngagara nurwo muri komini Kamenge rwahangaye kuruno wa kabiri inyuma yaho hari imodoka ya bisi itwara abantu bava mu Kamenge yaturirirwe mu Ngagara muri quartier ya gatandatu.
Igisirikare n' igipolisi iyo bitaharenguka hakiri kare cane ibara ryari gushobora kurwa, nk'uko bisobanurwa n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Desire Hatungimana uri i Bujumbura.
Your browser doesn’t support HTML5