Uko wahagera

Burundi: Ekleziya Katorika Ihangayikishijwe n'Ukutihanganirana


Musenyeri Yohakimu Ntahondereye
Musenyeri Yohakimu Ntahondereye

Abasenyeri katorika b’i Burundi mw’ijambo bashikirije abariko bariyamamariza ikibanza c’umukuru w’igihugu barashima muri rusangi ingene ukwiyamamaza biriko biragenda.

Ariko baratewe impungenge n'ukutihanganirana vyibonekeza hirya no hino mu gihugu aho hari abatana mu mitwe, abakomereka bagakomereka. Musenyeri Ntahondereye arongoye inama y’Abepisikopi Katorika b’I Burundi muri iryo tangazo asaba abajejwe umutekano n’abajejwe gutunganya amatora gufata kumwe abariko biriyamamaza.

Inkuru yateguwe na Desire Hatungimana akorera Ijwi ry'Amerika

Burundi: Ekleziya Katorika Ihangayikishijwe n'Ukutihanganirana
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:59 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG