Mu Burundi, inyuma y'aho umugwi w’amatora CENI utangarije ivyavuye mu matora y'abashingamateka n'ayajenama b'amakomine, abanyagihugu b’intara ya Kirundo ifise benshi bahungiye mu bihugu bituranyi biteze iki ku ntwaro nshasha y’umugambwe wa CNDD-FDD?
Komisiyo y’amatora kuwa kabiri nib wo yatangaje ko umugambwe CNDD/FDD wabonye amajwi 77 kw’ijana, naho urunani Amizero y’Abarundi rugira amajwi 21.
Umugambwe wa UPRONA wa wabonye imyanya 2 y’abadepite mu nteko ishinga amategeko y’Uburundi.