Uko wahagera

Abantu 1900 Boba Bandura Sida Buri Mwaka mu Burundi


Kuri uyu munsi mpuzamakungu wo kurwanya ikiza ca Sida, abashinzwe amagara y'abantu mu Burundi bagirishije ibirori vyo kuwuhimbaza vyabereye mu ntara ya Kayanza.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Frederic Nkundikiije, yavuganye na Dr Sylvain Nzeyimana arongoye ishirahamwe ry'abagendana umugera wa SIDA mu Burundi, araheza aramubwira ukuntu vyagenze n'ukuntu ico kiza cifashe mu Burundi mur'iki gihe.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:58 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG