Uko wahagera

Burundi: Abanyagihugu Basenyewe n'Amazi ya Tanganyika Barasaba Reta Kubafasha


Amazi y'ikiyaga Tanganyika yakuye mu byabo abatari bake
Amazi y'ikiyaga Tanganyika yakuye mu byabo abatari bake

Abanyagihugu bagize imiryango irenga 1000 bimuwe mu vyabo muri komine ya Mutimbuzi iri mu ntara ya Bujumbura kubera amazi ya Tanganyika bakajanwa muri site ya Matyazo iri muri komine Mubimbi, basaba ko Reta yobatunganiriza aho baba.

Barasaba kandi kuronswa ivyo bafungura, uburaro bwiza n’ibijanye n'ubuvuzi. Bavuga ko babayeho nabi naho reta yari yagize akigoro ko kubakura mu kaga k’amazi yabateye.

Ubushikiranganji bujejwe gushigikirana bubamenyesha ko reta itabibagiye, hari ivyo iriko irabatunganiriza.

Umviriza ido n’ido muri ino nkuru dushikirizwa n’umumenyeshamakuru Thierryve Ndayishimiye

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:59 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG