Uko wahagera

Abagera kuri 30 Baramaze Kwandura Korera mu Burundi


Abantu 30 ni bo bamaze kumenyekana ko banduye umugera wa korera mu Burundi. Umushikiranganji w'amagara y'abantu avuga ko intara zibangamiwe ari izo mu burengero hamwe n'ikiyaya c'Imbo. Abanyagihugu bemeza ko ubukene bw'amazi meza ari yo ntandaro nyamukuru y'iyo ngwara.

Eloge Willy Kaneza aratubwira inkuru irambuye.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:50 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG