Mu Burundi abigisha bagera ku 5,000 bo mu ntara zose 18 ntibahembwe umushahara wabo w'ukwezi kw'indwi guheze.
Abahuye n'iyo ngorane bavuga ko bakomerewe na rirya hari iduzwa ry'ibiciro ku rugero rwo hejuru muri kino gihe.
Abayobozi b’amashure bahawe kugera kw’itariki ya 10 uku kwezi k’umunani kugira babe bagize intonde z’abarimu bose batahembwe.
Inkuru iramvuye muyumve mw’Ijwi rya Eloge Willy Kaneza i Nairobi
Forum