Uko wahagera

Uburundi Bwemeza ko Impunzi Zirenga 24600 Zatahutse mu Mezi Atatu Aheze


Impunzi z'Abarundi Zitahutse
Impunzi z'Abarundi Zitahutse

Impunzi zirenga ibihumbi 24.600 z’Abarundi zaratahukanywe zivuye mu bihugu vya Kongo, Tanzaniya, u Rwanda, Ubuganda n’ahandi mu mezi atatu aheze. Ibi vyashikirijwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Gervais Ndirakobuca. N’aho biri uko, bamwe mu bahungutse biganiye Ijwi rya Amerika ko batararonka imfashanyo yihuta y’amazu n’ivyo gufungura. Umushikiranganji yagize n’ico avuga ku kibazo c’umutekano muke umaze iminsi urangwa mu gihugu.

Mu kiganiro umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yahaye abamenyeshamakuru i Bujumbura ku murwa mukuru w’ubutunzi, yemeje ko igikorwa co gutahukana impunzi kiriko kigenda neza.

Ibindi kuri iyi nkuru muvyumve mu majwi y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Kigali mu Rwanda, Pierre Claver Niyonkuru

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:41 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG