Uko wahagera

HRW Ivuga ko Impunzi z'Abarundi muri Tanzaniya Zigeramiwe


Umubyeyi w'Umurundikazi n'umwana we aho bahungiye muri Tanzaniya
Umubyeyi w'Umurundikazi n'umwana we aho bahungiye muri Tanzaniya

Ishirahamwe mpuzamakungu HRW rirwanira agateka ka kiremwa muntu ribona ko agateka k’impunzi z’Abarundi bahungiye mu gihugu ca Tanzaniya kabangamiwe.

Icegeranyo ca HRW c’amezi 10 aheze, cagiye ahabona kuri uyu wa mbere, cerekana ko abatari bake muri izo mpunzi banyuruzwa bakaburirwa irengero, bagafungirwa ubusa, bakaborezwa igufa mu busho bafungiwemwo, abandi nabo bagatorwa ibiziga mu makambi canke hanze yayo nkuko byemezwa na Lewis Mudge atwara igisata ca Afrika yo hagati muri Human Right Watch.

Umviriza inkuru yose ngaha

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:24 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG