Uko wahagera

USA Yarishe aba Al Shabab 5 mu Gitero c'Indege Muri Somaliya


Abarwanyi ba Al-Shabab i Mogadishu, muri Somaliya
Abarwanyi ba Al-Shabab i Mogadishu, muri Somaliya

Igisirikare ca Reta zunze ubumwe z’Amerika ku mugabane wa Afrika gishikiriza ko cagavye igitero ku muhari w’iterabwoba wa al-Shabab, ku musi wa gatanu gifatanije na reta ya Somaliya.

Ico gisirikare catangaje ku musi wa gatandatu ko ico gitero c’indege cabereye hafi y’igisagara ca Bush Madina kw’itariki 3 z’ukwezi kwa kane.

Amerika ishikiriza ko abarwanyi batanu ba Al Shabab bishwe kandi ata musivile yahasize ubuzima canke ngo akomereke.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG