Perezida wa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, Félix Tshisekedi kuri uyu wa kabiri yaratangaje ibihe bidasanzwe kubera ikiza ca Corona. Yarahagaritse ingendo ziva mu murwa mukuru Kinshasa zigana mu zindi ntara, kimwe n’iziva mu ntara zinjira muri Kinshasa.
Imipaka yose yarafunzwe uretse ku modoka n’indege bitwara imizigo.
Facebook Forum