Igihugu ca Nijeriya kuri uyu wa gatanu catangaje umuntu wa mbere yanduye umugera wa Corona mu karere ka Afrika yo musi ya Sahara.
Umushikiranganji w’amagara y’abantu Osagie Ehanire yatangaje ko uwo muntu ari Umutaliyano akorera muri Nijeriya kandi yaje i Lagos ava mu gisagara ca Milan mu Butaliyano.
Facebook Forum