Mu Burundi, imyiyerekano yatangute ku musi w' Imana yabandanije mu Burundi ku munsi wa mbere, aho bikomeye akaba ari mu Ngagara, Mutakura, Nyakabiga, Kanyosha na Musaga. Ni inkuru yateguwe n'umunyamakuru Tabitha Mukamusoni uri i Bujumbura mu Burundi.