Inyuma y’aho umupfasoni Concilie Nibigira, yandikiye ikete umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo kumumenyesha kw’ariwe akwiye kurongora uyo mugambwe, Cahrles Nditije yahoze arongoye uyo mugambwe avuga kw’ivyo uyo mupfasoni avuga bitangira ifatiro.
Avuga kw’ivyo vyerekana ko reta y’Uburundi ibandanya kwisuka mu vyerekeye umugambwe Uprona.
Mushobora kwumviriza ikiganiro twagiranye na Charles Nditije.
Avuga kw’ivyo vyerekana ko reta y’Uburundi ibandanya kwisuka mu vyerekeye umugambwe Uprona.
Mushobora kwumviriza ikiganiro twagiranye na Charles Nditije.