Bitamba Joseph, umumenyeshamakuru, yanonosoye kandi ivyerekeye gutunganya amasinema, yaratohoje, maze asanga ingoma z’I Burundi hamwe n’ingoma zo mu gihugu ca Canada zivuzwa n’abanyaCanada bakavukire bita Indien Canadiens, zifise ibintu vyinshi zihuriyeko.
Mu misi iheze, umushingantahe Joseph Bitamba yari mu Burundi, aho bimwe mu vyamujanye, harimwo gutunganya isenema, azohava yegeraniriza hamwe, inyuma y’aho azoba amaze gutahukira mu gihugu ca Cadana.
Ijwi rya Amerika, ryaramuteye akamo, kugira ngo atuganirire ivyo yatohoje.
Mushobora kwumviriza mu kiganiro, yagiranye na mugenzi wacu Frederic Nkundikije.