Ruswa muri Malawi Irabangamiye Iterambere
Inzego zo mu gihugu ca Malawi zijejwe gukurikirana ikoreshwa ry’imitahe ya reta ziyisaba gukemura ikibazo c’isesagurwa ry’umutungo. “Malawi Assurance Report na Public Infrastruscture Projects, zikwirikiranira hafi ivyo bibazo, yerekana ko hari ruswa idahera mu migambi y’iterambere muri ico gihugu.
Forum