Uburayi Bwafashije u Burundi mu Kurwanya Ebola

Umuryango w’ubumwe bwa Bulaya wahaye guverinoma y’u Burundi amafaranga miliyoni 250 z’amarundi.

Iyo nkunga ni iyo gufasha Uburundi kwigisha abakozi bo mu buvuzi kurwanya ikiza Ebola n’ukurwanya ikiza ruhonyanganda Sida mu Burundi.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Tabitha Mukamusoni araduha ibisobanuro.

Your browser doesn’t support HTML5

Uburayi Bwafashije Uburundi mu Kurwanya Ebola