Uko wahagera

UNESCO Vyarashize Ingoma z’Uburundi Mu Kibanza Ntangere


Ingoma z'i Burundi
Ingoma z'i Burundi

Mbega Uburundi bwakiriye gute iyo nkuru? Reka dutege amatwi umushikiranganji w’Uburundi ajejwe Urwaruka Inkino hamwe n’Imico Kama, Adolphe Rukenkanya, yari yishikiye I Paris mu gihugu c’Ubufaransa ku cicaro c’ivyo biro, arinaho kandi ibirori vyo gushikiriza ibindi bihugu bifise ibintu vyagiye kur’urwo rutonde vyabereye, mu kiganiro yahaye mugenzi wacu Frederic Nkundikije:

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:55 0:00

XS
SM
MD
LG