Uko wahagera

Abahinga Bavuga Iki Ku Mpari Za Politike Hagati Ya Biden Na Trump?


Impari za Politike hagati ya Prezida Joe Biden na Donald Trump
Impari za Politike hagati ya Prezida Joe Biden na Donald Trump

Mw'ijoro ry'uyu musi ku wa kane, muri Reta Zunze ubumwe za Amerika hategekanijwe impari za Politike ziri mu mugambi wo kwiyamamariza ikibanza c'umukuru w'igihugu, hagati ya Prezida Joe Biden na Donald Trump, yahoze ari prezida:

N'impari zibaye amezi arenga ane imbere y'uko amatora y'umukuru w'igihugu aba mu kwezi kwa 11.

Kuri izo mpari n'ibibazo nyamukuru bahava bashikiriza, umumenyeshamakuru Frederic Nkundikije yabivuganyeko n'abahinga bakwirikirana cane politike yo muri Amerika, barimwo, Profeseri Lionel Remesha, yigisha muri kaminuza, Alliant International University mu gisagara ca San Diego, Placide Magambo umumenyeshamakuru aba mu gisagara ca New York, hamwe na Leonce Hakizimana , umuhinga akiwrikiranira hafi politike yo muri Amerika, aba mu gisagara ca Chicago, muri Amerika.

Impari hagati ya Biden na Trump
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:16 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG